-
Guharura 19:19, 20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Uwo mugabo adahumanye azoyamijagira kuri uwo muntu ahumanye ku musi ugira gatatu no ku musi ugira indwi, aheze amutyorore igicumuro ciwe ku musi ugira indwi+. Uwo muntu ahumanye azoca amesa impuzu ziwe, yiyoge aheze abe uwudahumanye ku mugoroba.
20 Ariko umuntu niyaba ahumanye mugabo ntiyihumanure, abwirizwa kwicwa*+ kuko azoba yahumanije ahantu heranda ha Yehova. Azoba ahumanye kuko atazoba yamijagiwe amazi bakoresha mu guhumanura.
-