ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 22:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Igice c’umuryango wa Manase, Musa yari yaragihaye intoranwa muri Bashani+, ikindi gice na co Yosuwa agiha intoranwa mu burengero bwa Yorodani+ hamwe na benewabo. Igihe rero Yosuwa yabarungika iwabo yarabahezagiye, 8 ababwira ati: «Nimwisubirire iwanyu, mujane amatungo menshi n’ibitungwa vyinshi cane, n’ifeza n’inzahabu n’ibikozwe mu mujumpu n’ibikozwe mu cuma n’impuzu nyinshi cane+. Nimutware ivyo mwasahuye+ abansi banyu, mubigabure na benewanyu.»

  • 1 Samweli 30:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ivyo muvuga ntibishoboka. Uwagiye ku rugamba n’uwasigaranye imizigo baronka ibingana+. Nta mwana n’ikinono+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika