ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 26:55
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 55 Ariko igihugu kizogaburwa hakoreshejwe ubupfindo+. Bazoronka intoranwa yabo hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba sekuru babo.

  • Guharura 33:54
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 54 Muzogabura ico gihugu mu miryango yanyu mukoresheje ubupfindo+. Umuryango ugizwe na benshi muzowuha intoranwa nini, uwugizwe na bakeyi na wo muwuhe intoranwa ntoyi+. Ubupfindo ni bwo buzokwerekana intoranwa y’umwumwe wese. Muzoronka amatongo y’intoranwa hisunzwe imiryango ya ba sokuru banyu+.

  • Yosuwa 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Imiryango icenda n’igice yaronse intoranwa yayo biciye ku bupfindo+, nk’uko nyene Yehova yari yarabitegetse Musa+.

  • Yosuwa 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Muzocape rero ico gihugu mugicemwo imigabane indwi, hanyuma mubinzanire. Nanje nzoheza ndakibagaburire biciye ku bupfindo+, aha nyene imbere ya Yehova Imana yacu.

  • Imigani 16:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Umuntu arashobora kugira ubupfindo*+,

      ariko Yehova ni we ashinga ikivamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika