ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 21:12, 13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Uwuzokubita umuntu akamwica, na we nyene ategerezwa kwicwa+. 13 Ariko nimba atamwishe n’ibigirankana kandi Imana y’ukuri ikaba yaretse bikaba, nzobarangira ahantu ashobora guhungira+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 kugira ngo uwishe mugenziwe atabishaka kandi atari asanzwe amwanka+, ace ahungira muri kimwe muri ivyo bisagara maze abandanye kubaho+.

  • Gusubira mu vyagezwe 19:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Igihe umuntu yishe mugenziwe atabishaka kandi akaba atari asanzwe amwanka, akwiye guca ahungirayo kugira abandanye kubaho+. 5 Nk’akarorero, igihe bajanye na mugenziwe mw’ishamba gusenya, hanyuma akaduza ishoka kugira yicire igiti, maze ishoka ikarokoka ikamutarukirako agapfa, uwo muntu akwiye guca ahungira muri kimwe muri ivyo bisagara kugira abandanye kubaho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika