ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Umuntu akwiye kwicwa igihe gusa yagirijwe n’ivyabona bibiri canke bitatu+. Ntakwiye kwicwa yagirijwe n’icabona kimwe+.

  • Gusubira mu vyagezwe 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Icabona kimwe gusa ntigihagije kugira umuntu yagirwe n’icaha+. Ikintu cose gikwiye kwemezwa gishingiwe intahe n’ivyabona bibiri canke bitatu+.

  • Abaheburayo 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Umuntu wese akengereye amategeko ya Musa aricwa ata kagongwe, habonetse ivyabona bibiri canke bitatu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika