Guharura 1:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Muzoba muri kumwe n’umugabo avuye mu muryango umwumwe wose. Akwiye kuba ari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yabo+. 5 Aya ni yo mazina y’abagabo bazobafasha: mu muryango wa Rubeni ni Elizuri+ umuhungu wa Shedeyuri.
4 Muzoba muri kumwe n’umugabo avuye mu muryango umwumwe wose. Akwiye kuba ari umukuru w’umugwi ugizwe n’imiryango yabo+. 5 Aya ni yo mazina y’abagabo bazobafasha: mu muryango wa Rubeni ni Elizuri+ umuhungu wa Shedeyuri.