Guharura 28:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mu ntango za buri kwezi, muzoshikanira Yehova ishikanwa riturirwa rigizwe n’ishuri zibiri zikiri nto be n’impfizi y’intama n’imyagazi y’intama indwi imaze umwaka umwumwe kandi itagira akanenge+. Guharura 28:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Amashikanwa y’ibinyobwa na yo azoba ari aya: inusu y’ingero ya hini y’umuvinyu kw’ishuri+, ica gatatu ca hini ku mpfizi y’intama+ hamwe n’ica kane ca hini ku mwagazi w’intama+. Ni ishikanwa riturirwa muzokwama mutanga buri kwezi mu mwaka wose.
11 Mu ntango za buri kwezi, muzoshikanira Yehova ishikanwa riturirwa rigizwe n’ishuri zibiri zikiri nto be n’impfizi y’intama n’imyagazi y’intama indwi imaze umwaka umwumwe kandi itagira akanenge+.
14 Amashikanwa y’ibinyobwa na yo azoba ari aya: inusu y’ingero ya hini y’umuvinyu kw’ishuri+, ica gatatu ca hini ku mpfizi y’intama+ hamwe n’ica kane ca hini ku mwagazi w’intama+. Ni ishikanwa riturirwa muzokwama mutanga buri kwezi mu mwaka wose.