Guharura 28:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Mu ntango z’amezi yanyu muzoshikiriza bwa shikanwa riturirwa rihabwa Yehova ibimasa bibiri n’impfizi y’intama imwe, imyagazi y’intama y’amasuguru indwi itagira akanenge, umwe wose umaze umwaka+,
11 “‘Mu ntango z’amezi yanyu muzoshikiriza bwa shikanwa riturirwa rihabwa Yehova ibimasa bibiri n’impfizi y’intama imwe, imyagazi y’intama y’amasuguru indwi itagira akanenge, umwe wose umaze umwaka+,