Zaburi 106:32, 33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Barasomborokeje Imana ku mazi y’i Meriba*,bica bigendera nabi Musa kubera bo+. 33 Barashavuje Musa*,na we aca avuga atabanje kwiyumvira+.
32 Barasomborokeje Imana ku mazi y’i Meriba*,bica bigendera nabi Musa kubera bo+. 33 Barashavuje Musa*,na we aca avuga atabanje kwiyumvira+.