ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 20:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko aho hantu nta mazi yariho ishengero ryokoresha+. Abantu rero baca bakoranira hamwe, bagarariza Musa na Aroni.

  • Guharura 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Mu nyuma, Yehova abwira Musa na Aroni ati: «Kubera yuko mutanyizeye ngo mwerekane ko ndi mweranda imbere y’Abisirayeli, ntimuzokwinjiza iri shengero mu gihugu nzobaha+.»

  • Guharura 27:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Niwamara kukibona, na wewe uzoca upfa, uhamvye ab’iwanyu*+ nka Aroni mwene wanyu+, 14 kuko mwagararije itegeko ryanje ca gihe ishengero ryanshwanira mu bugaragwa bwa Zini. Ntimwerekanye ko ndi mweranda imbere y’ishengero igihe nabaha amazi+. (Ayo ni ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi+ mu bugaragwa bwa Zini+.)»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika