Guharura 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi nta mazi yariho ku bw’ikoraniro+, maze batangura gukoranira kurwanya Musa na Aroni+.