ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Babwira Musa bati: «Mbega mu Misiri nta mva zariyo, aho watuzana gupfira ng’aha mu gahinga+? Wadukuriye iki mu Misiri?

  • Kuvayo 15:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Abantu rero batangura kwidogera Musa+, bavuga bati: «None tunywa iki?»

  • Guharura 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Wadukuye mu gihugu gitemba amata n’ubuki utuzana gupfira muri ubu bugaragwa+. Ubu na ho ushaka kwigira umutware wacu ntayegayezwa*? Wibaza ko ivyo ari ibisanzwe?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika