Kuvayo 16:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abisirayeli ngo babibone, batangura kubazanya bati: «Ibi ni ibiki?» (kuko batari bazi ivyo ari vyo). Musa aca ababwira ati: «Ni umukate Yehova abagaburiye+. Guharura 11:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko raba ubu, nta n’utuguvu tugifise. Nta kindi duhanze amaso atari iyi manu+.» Zaburi 78:24, 25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Yagumye abatiburira manu ngo barye,abaha intete zivuye mw’ijuru+. 25 Abantu baraheza barya umukate w’abamarayika*+,abaha ivyo kurya vyinshi bibahagije+.
15 Abisirayeli ngo babibone, batangura kubazanya bati: «Ibi ni ibiki?» (kuko batari bazi ivyo ari vyo). Musa aca ababwira ati: «Ni umukate Yehova abagaburiye+.
24 Yagumye abatiburira manu ngo barye,abaha intete zivuye mw’ijuru+. 25 Abantu baraheza barya umukate w’abamarayika*+,abaha ivyo kurya vyinshi bibahagije+.