ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 «Niwagira rusansuma rwo guharura abahungu b’Abisirayeli+, umwe wese ategerezwa guha intererano Yehova kugira acungure ubuzima bwiwe mu gihe c’urwo rusansuma. Ivyo bizotuma icago kitabazako igihe bariko barandikwa.

  • Kuvayo 38:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Umuntu wese yiyandikishije kuva ku myaka 20 kuduga, yazana inusu ya shekeli+, ufatiye kuri shekeli y’akarorero y’aheranda. Abiyandikishije bose bari 603.550+.

  • Guharura 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 «Nugire rusansuma+ rw’ishengero ryose ry’Abisirayeli*, uharure umwe wese wisunze imiryango yabo n’imigwi mikurumikuru igize imiryango* yabo hamwe n’igitigiri c’amazina y’abagabo bose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika