ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 22:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Uwushikaniye ikimazi iyindi mana atari Yehova wenyene ategerezwa gupfa+.

  • Kuvayo 32:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Aca ababwira ati: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Umwe wese natore inkota yiwe anyuragire irya n’ino mw’ikambi, yice mwenewabo, umubanyi wiwe n’umugenzi wiwe somambike+.”»

  • Guharura 25:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Musa aca abwira abacamanza ba Isirayeli ati+: «Umwe wese niyice abagabo atwara bagiye gusenga* Bayali y’i Peyori+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika