Itanguriro 38:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ariko Onani yari azi ko urwo ruvyaro rutobaye rwiwe+. Igihe rero yaba ariko arangura amabanga y’abubatse n’umugore wa mwenewabo, yaca asesa hasi imbuto ziwe kugira ntaronse uruvyaro mwenewabo+. Rusi 4:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Rusi Umunyamowabukazi, umugore wa Mahiloni, na we nyene ndamucuye kugira izina ry’umuhisi rigume ku ntoranwa yiwe+ no kugira ngo ntirizimangane mu b’iwabo no mu gisagara c’iwabo*. Muri ivyabona uyu musi+.» Rusi 4:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Abagore b’ababanyi bamutorera izina. Bavuga bati: «Nawomi araronse umuhungu.» Baca bamwita Obedi+. Ni we yavyaye Yese+ se wa Dawidi.
9 Ariko Onani yari azi ko urwo ruvyaro rutobaye rwiwe+. Igihe rero yaba ariko arangura amabanga y’abubatse n’umugore wa mwenewabo, yaca asesa hasi imbuto ziwe kugira ntaronse uruvyaro mwenewabo+.
10 Rusi Umunyamowabukazi, umugore wa Mahiloni, na we nyene ndamucuye kugira izina ry’umuhisi rigume ku ntoranwa yiwe+ no kugira ngo ntirizimangane mu b’iwabo no mu gisagara c’iwabo*. Muri ivyabona uyu musi+.»
17 Abagore b’ababanyi bamutorera izina. Bavuga bati: «Nawomi araronse umuhungu.» Baca bamwita Obedi+. Ni we yavyaye Yese+ se wa Dawidi.