Zaburi 27:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Niwizigire Yehova+.Gira umutima rugabo kandi ukomere+. Egome, niwizigire Yehova. Zaburi 123:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nka kurya abasuku baguma bahanze amaso ukuboko kwa shebuja,abasukukazi na bo bakaguma bahanze amaso ukuboko kwa inabuja,ni ko tuguma duhanze amaso Yehova Imana yacu+,gushika atugiriye ubuntu+. Imigani 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Izina rya Yehova ni umunara ukomeye+. Umugororotsi arawuhungiramwo agakingirwa*+.
2 Nka kurya abasuku baguma bahanze amaso ukuboko kwa shebuja,abasukukazi na bo bakaguma bahanze amaso ukuboko kwa inabuja,ni ko tuguma duhanze amaso Yehova Imana yacu+,gushika atugiriye ubuntu+.