ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Nawe Salomo mwananje, nurondere kumenya Imana ya so kandi uyikorere n’umutima wawe wose*+ be n’umutima uhimbawe*, kuko Yehova asuzuma imitima yose+ akamenya imigambi* yose umuntu afise mu mutima n’ivyiyumviro vyiwe+. Niwamurondera uzomuronka*+ mugabo niwamuheba na we azoguheba ibihe vyose+.

  • 2 Ngoma 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Nuko aja guhura na Asa amubwira ati: «Ewe Asa namwe mwese bo mu muryango wa Yuda n’uwa Benyamini, nimunyumvirize. Yehova nimwamugumako na we azobagumako+, kandi nimwamurondera muzomuronka*+. Mugabo nimwamuheba azobaheba+.

  • 2 Ngoma 19:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Maze Yehoshafati umwami w’Ubuyuda agaruka amahoro+ iwe* i Yeruzalemu.

  • 2 Ngoma 19:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mugabo hari ibintu vyiza Imana yakubonyemwo+, kuko wakuye mu gihugu inkingi nyeranda z’ibiti* kandi ugategura umutima wawe kugira urondere* Imana y’ukuri+.»

  • Yesaya 55:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Nimurondere Yehova umwanya agishobora kuboneka+.

      Nimumuhamagare umwanya akiri hafi+.

  • 1 Petero 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Kuko amaso ya Yehova* ari ku bagororotsi, kandi amatwi yiwe arumva ugutakamba kwabo+, ariko Yehova* arwanya abakora ibintu bibi+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika