Zaburi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yehova amenyekanira ku kuntu ashitsa imanza ziwe+. Umubisha agwa mu mutego kubera ibikorwa vyiwe+. Higayoni*. (Sela*) Zaburi 98:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 imbere ya Yehova, kuko agira aze* gucira imanza isi. Azocira imanza isi mu bugororotsi+,acire imanza amahanga mu butungane+.
16 Yehova amenyekanira ku kuntu ashitsa imanza ziwe+. Umubisha agwa mu mutego kubera ibikorwa vyiwe+. Higayoni*. (Sela*)
9 imbere ya Yehova, kuko agira aze* gucira imanza isi. Azocira imanza isi mu bugororotsi+,acire imanza amahanga mu butungane+.