1 Samweli 17:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Uyu musi nyene Yehova arakumpa+ ndakwice, nce ndaguca umutwe. Kandi uyu musi imivyimba y’abasoda b’Abafilisitiya ndayiha inyoni n’ibikoko vyo mw’ishamba. Ababa kw’isi yose baraza kumenya yuko hariho Imana muri Isirayeli+. Zaburi 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yehova amenyekanira ku kuntu ashitsa imanza ziwe+. Umubisha agwa mu mutego kubera ibikorwa vyiwe+. Higayoni*. (Sela*) Zaburi 83:17, 18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nibamaramare, batekerwe n’ubwoba ibihe vyose.Ese borya ivyatsi bagahona!18 Ese abantu bose bomenya ko witwa Yehova+,be n’uko ari wewe wenyene Musumbavyose kw’isi yose+!
46 Uyu musi nyene Yehova arakumpa+ ndakwice, nce ndaguca umutwe. Kandi uyu musi imivyimba y’abasoda b’Abafilisitiya ndayiha inyoni n’ibikoko vyo mw’ishamba. Ababa kw’isi yose baraza kumenya yuko hariho Imana muri Isirayeli+.
16 Yehova amenyekanira ku kuntu ashitsa imanza ziwe+. Umubisha agwa mu mutego kubera ibikorwa vyiwe+. Higayoni*. (Sela*)
17 Nibamaramare, batekerwe n’ubwoba ibihe vyose.Ese borya ivyatsi bagahona!18 Ese abantu bose bomenya ko witwa Yehova+,be n’uko ari wewe wenyene Musumbavyose kw’isi yose+!