Zaburi 37:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Yehova ni we bukiriro bw’abagororotsi+.Ni we gihome kibakingira mu gihe c’ivyago+. Zaburi 68:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yehova nashemezwe, we atwikorerera umutwaro buri musi+,ya Mana y’ukuri iturokora. (Sela) Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ehe Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzoyizigira singire ubwoba+kuko Ya*, Yehova, ari we nkomezi zanje n’ubushobozi bwanje,kandi yabaye ubukiriro bwanje+.»
2 Ehe Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzoyizigira singire ubwoba+kuko Ya*, Yehova, ari we nkomezi zanje n’ubushobozi bwanje,kandi yabaye ubukiriro bwanje+.»