Zaburi 10:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ariko uzokwumva ivyo abitonda bagusaba, ewe Yehova+! Uzoremesha imitima yabo+ wongere ubatege ugutwi+. Matayo 5:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hahiriwe abitonda*+, kuko bazotorana isi+.
17 Ariko uzokwumva ivyo abitonda bagusaba, ewe Yehova+! Uzoremesha imitima yabo+ wongere ubatege ugutwi+.