ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 98:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Yehova yamenyekanishije ingene akiza+.

      Yahishuriye amahanga ubugororotsi bwiwe+.

  • Yesaya 49:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Yambwiye ati: «Nturi umusavyi wanje gusa

      wo guhagurutsa imiryango ya Yakobo

      no kugarukana Abisirayeli bazigamwe.

      Nagutanze kandi ngo ubere umuco amahanga+,

      kugira ngo ubukiriro bwanje bushike ku mpera z’isi+.»

  • Luka 2:30, 31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 kuko amaso yanje yiboneye uwo uzokoresha mu kuzana ubukiriro+, 31 ubwo wateguye kugira abantu bose babubone+,

  • Ivyakozwe 28:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Nimumenye rero yuko ubu butumwa bw’ubukiriro buva ku Mana bwarungikiwe abo mu mahanga+, kandi ntibazobura kubwumviriza+.»

  • Tito 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Kuko bwa buntu buhebuje* bw’Imana bwibonekeje, buzanira ubukiriro abantu b’uburyo bwose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika