Zaburi 9:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Azocira imanza ababa kw’isi* mu bugororotsi+.Azocira amahanga imanza zigororotse+. Zaburi 96:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nimutangaze mu mahanga muti: «Yehova abaye Umwami+! Isi* yarashimangiwe, ntishobora kunyiganyizwa. Azocira abantu imanza zigororotse*+.» Zaburi 98:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 imbere ya Yehova, kuko agira aze* gucira imanza isi. Azocira imanza isi mu bugororotsi+,acire imanza amahanga mu butungane+. Abaroma 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo kubera akagagazo kawe n’umutima wawe utigaya, uriko wirundaniriza uburake buzokuzako ku musi w’uburake bw’Imana, niyahishura urubanza rwayo rugororotse+.
10 Nimutangaze mu mahanga muti: «Yehova abaye Umwami+! Isi* yarashimangiwe, ntishobora kunyiganyizwa. Azocira abantu imanza zigororotse*+.»
9 imbere ya Yehova, kuko agira aze* gucira imanza isi. Azocira imanza isi mu bugororotsi+,acire imanza amahanga mu butungane+.
5 Mugabo kubera akagagazo kawe n’umutima wawe utigaya, uriko wirundaniriza uburake buzokuzako ku musi w’uburake bw’Imana, niyahishura urubanza rwayo rugororotse+.