ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Ariko umuntu niyumva amajambo y’iyi ndahiro, hanyuma akirata mu mutima wiwe akibwira ati: “Nta co nzoba naho noguma nikorera ivyo nishakiye”, bigatuma yonona ibiri mu nzira yiwe vyose*, 20 Yehova ntazokwigera amubabarira+. Yehova azomushavurira cane kandi imivumo yose yanditswe muri iki gitabu izomuzako+. Emwe, Yehova azozimanganya izina ryiwe munsi y’ijuru.

  • Zaburi 100:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Nimumenye* ko Yehova ari Imana+.

      Ni we yaturemye kandi turi abiwe*+.

      Turi abantu biwe, intama zo mu buragiro bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika