Gusubira mu vyagezwe 29:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Kandi umuntu niyamara kwumva amajambo y’iyi ndahiro+, hanyuma akihezagira mu mutima wiwe ati: ‘Nzogira amahoro+ naho nogendera mu kagagazo k’umutima wanje+,’ mu ntumbero yo kuzimanganya uwavomerewe neza n’uwunyotewe,
19 “Kandi umuntu niyamara kwumva amajambo y’iyi ndahiro+, hanyuma akihezagira mu mutima wiwe ati: ‘Nzogira amahoro+ naho nogendera mu kagagazo k’umutima wanje+,’ mu ntumbero yo kuzimanganya uwavomerewe neza n’uwunyotewe,