2 Abami 25:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Maze aturira inzu ya Yehova+, inzu* y’umwami+ n’inzu zose z’i Yeruzalemu+, aturira n’inzu z’abanyacubahiro bose+. Yesaya 64:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Inzu* yacu nyeranda kandi y’ubuninahazwa*,imwe ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo,yaturijwe umuriro+,kandi ibintu vyose twakunda cane vyarononekaye.
9 Maze aturira inzu ya Yehova+, inzu* y’umwami+ n’inzu zose z’i Yeruzalemu+, aturira n’inzu z’abanyacubahiro bose+.
11 Inzu* yacu nyeranda kandi y’ubuninahazwa*,imwe ba sogokuruza bacu bagushemerezamwo,yaturijwe umuriro+,kandi ibintu vyose twakunda cane vyarononekaye.