ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 44:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Vyuka Yehova! Kubera iki uguma usinziriye+?

      Ikangure! Ntuduhebe burundu+.

  • Yesaya 64:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Uravye ivyo vyose ga Yehova, woba uzobandanya kwigumya?

      Woba uzoguma winumiye, wemere dutezwe amarushwa ukuraho+?

  • Gucura intimba 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Yakondoye inkomezi zose* za Isirayeli mw’ishavu ryiwe rirurumba.

      Yarasubije inyuma ukuryo kwiwe igihe umwansi yegera+.

      Muri Yakobo yagumye yaka nk’umuriro utema ugatongora irya n’ino+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika