Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Uguhōra n’uguhana ni ivyanje+.Igihe nicagera, ukuguru kwabo kuzonyerera+,kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi,kandi ibibarindiriye ntibizoteba.” Nahumu 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova ni Imana isaba gusengwa* yonyene+ kandi yihora.Yehova arihora kandi agiye kwerekana ishavu ryiwe+. Yehova arihora abamurwanya,kandi aguma ashavuriye abansi biwe. Abaroma 12:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ntimwihore bakundwa, ahubwo mureke uburake bw’Imana bukore+, kuko vyanditswe ngo: «“Uguhōra ni ukwanje. Ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko”, ni ko Yehova* avuze+.»
35 Uguhōra n’uguhana ni ivyanje+.Igihe nicagera, ukuguru kwabo kuzonyerera+,kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi,kandi ibibarindiriye ntibizoteba.”
2 Yehova ni Imana isaba gusengwa* yonyene+ kandi yihora.Yehova arihora kandi agiye kwerekana ishavu ryiwe+. Yehova arihora abamurwanya,kandi aguma ashavuriye abansi biwe.
19 Ntimwihore bakundwa, ahubwo mureke uburake bw’Imana bukore+, kuko vyanditswe ngo: «“Uguhōra ni ukwanje. Ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko”, ni ko Yehova* avuze+.»