ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nahumu 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Yehova ni Imana isaba gusengwa* yonyene+ kandi yihora.

      Yehova arihora kandi agiye kwerekana ishavu ryiwe+.

      Yehova arihora abamurwanya,

      kandi aguma ashavuriye abansi biwe.

  • Nahumu 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Ni nde ashobora guhagarara imbere y’uburake bwiwe+?

      Ni nde ashobora kurinda ishavu ryiwe rirurumba+?

      Uburake bwiwe buzosukwa nk’umuriro,

      ibitandara bimenagurike kubera we.

  • Malaki 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 «Ehe raba wa musi uraje, uje waka nk’ifuru+. Ico gihe, abita imbere bose n’abakora ivy’ububisha bose bazoba nk’ibishakara. Uwo musi uriko uraza uzobatikiza koko», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, «kandi ntuzobasigariza umuzi canke ishami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika