ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25:11-13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 «Finehasi+ umuhungu wa Eleyazari, Eleyazari umuhungu wa Aroni umuherezi, yasubije inyuma uburake mfitiye Abisirayeli, kuko atihanganiye na gato abampemukira+. Ni co gituma ntatikije Abisirayeli, naho nsaba gusengwa* jenyene+. 12 Ku bw’ivyo rero, mubwire ko ngiranye isezerano ry’amahoro na we. 13 Ni isezerano ry’ubuherezi bwamaho kuri we n’uruvyaro rwiwe+, kuko atihanganiye abahemukira Imana yiwe+ akongera agatangira impongano Abisirayeli.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika