ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Dawidi aratuntura cane kubera ko abantu bariko bavuga ko akwiye guterwa amabuye. Abantu bose bari bashavuye cane kubera ko abahungu babo n’abakobwa babo bari bajanywe. Mugabo Dawidi yitura Yehova Imana yiwe, aronka inkomezi+.

  • Zaburi 62:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 62 Emwe, ndarindiriye Imana ncereje.

      Ni yo nkesha ubukiriro bwanje+.

  • Yesaya 30:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Kuko Umukama Segaba Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli, avuze ati:

      «Nimwangarukako mugatekereza, muzokizwa.

      Muzogira inkomezi nimwaguma mutekanye kandi mukanyizigira+.»

      Mugabo ntimwabishatse+.

  • Gucura intimba 3:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Ni vyiza ko umuntu arindira ubukiriro bwa Yehova+ acereje*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika