ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 115:4-8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu,

      kandi vyakozwe n’amaboko y’abantu+.

       5 Bifise umunwa ariko ntibivuga+.

      Bifise amaso ariko ntibibona.

       6 Bifise amatwi ariko ntivyumva.

      Bifise amazuru ariko ntibimoterwa.

       7 Bifise intoke ariko ntibishobora gukorakora.

      Bifise amaguru ariko ntibishobora gutambuka+.

      Imihogo yavyo ntisohora ijwi+.

       8 Ababikora bazomera nka vyo+,

      eka mbere n’abavyizigira bose+.

  • Yesaya 46:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Hari abakura inzahabu nyinshi mw’isaho,

      bagapima ifeza ku munzane.

      Barariha umucuzi, na we akabikoramwo imana+.

      Baraheza bakayikubita imbere bakayisenga*+.

  • Ivyakozwe 17:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Ko rero turi abana* b’Imana+, ntidukwiye kwiyumvira yuko Imana imeze nk’inzahabu canke ifeza canke ibuye, nk’ikintu abantu bahingura canke biyumvira+.

  • 1 Abakorinto 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 None nshaka kuvuga iki? Noba nshaka kuvuga ko ivyashikaniwe ibigirwamana hari ico bimaze? Canke ko ibigirwamana hari ico bimaze?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika