ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 10:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ariko uzokwumva ivyo abitonda bagusaba, ewe Yehova+!

      Uzoremesha imitima yabo+ wongere ubatege ugutwi+.

      18 Uzotunganiriza impfuvyi n’abacinyizwa+,

      kugira ngo umuntu buntu* ntasubire kubatera ubwoba+.

  • Zaburi 22:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Kuko atasuzuguye canke ngo ashishwe n’umubabaro w’uwuriko arahahazwa+,

      ntiyamuhishije mu maso hiwe+.

      Igihe yamutabaza yaramwumvise+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika