Zaburi 59:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Ewe Mana yanje, nunkize abansi banje+.Nunkingire abampagurukiye kugira bandwanye+. Zaburi 61:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Kuko uri ubuhungiro bwanje,umunara ukomeye unkingira umwansi+. 4 Nzoba umushitsi mw’ihema ryawe ibihe vyose+.Nzohungira munsi y’amababa yawe+. (Sela*) Zaburi 91:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 91 Uwo wese yibera ahihishije ha Musumbavyose+azokwigumira mu gitutu c’amababa ya Mushoboravyose+.
3 Kuko uri ubuhungiro bwanje,umunara ukomeye unkingira umwansi+. 4 Nzoba umushitsi mw’ihema ryawe ibihe vyose+.Nzohungira munsi y’amababa yawe+. (Sela*)