Zaburi 37:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Niwizigire Yehova kandi ukore ivyiza+.Niwibere mw’isi*, ukorane ubwizigirwa+. Zaburi 62:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nimuyizigire ibihe vyose mwa bantu! Nimuyisukire ibiri ku mutima wanyu+. Imana ni yo buhungiro bwacu+. (Sela) Imigani 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Niwizigire Yehova+ n’umutima wawe wose,kandi ntiwiheke* ku bwenge bwawe*+. 1 Petero 4:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nuko rero, abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ivyo Imana igomba, nibagume biragiza Umuremyi w’umwizigirwa, uko babandanya gukora iciza+.
8 Nimuyizigire ibihe vyose mwa bantu! Nimuyisukire ibiri ku mutima wanyu+. Imana ni yo buhungiro bwacu+. (Sela)
19 Nuko rero, abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ivyo Imana igomba, nibagume biragiza Umuremyi w’umwizigirwa, uko babandanya gukora iciza+.