Zaburi 142:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Niwumve ugutabaza kwanje,kuko ngeze habi cane. Nunkize abampama+,kuko bandusha inguvu.