Yeremiya 48:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe,na wewe uzofatwa. Kandi imana Kemoshi+ izojanwa mu bunyagano,ijane n’abaherezi bayo n’abatware bayikorera. Yeremiya 48:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Nzotuma i Mowabu hadasubira kubonekauwujana ishikanwa mu kibanza co gusengeramwo*n’uwushikanira ibimazi imana yiwe”, ni ko Yehova avuze.
7 Kubera ko wizigira ibikorwa vyawe n’amatunga yawe,na wewe uzofatwa. Kandi imana Kemoshi+ izojanwa mu bunyagano,ijane n’abaherezi bayo n’abatware bayikorera.
35 Nzotuma i Mowabu hadasubira kubonekauwujana ishikanwa mu kibanza co gusengeramwo*n’uwushikanira ibimazi imana yiwe”, ni ko Yehova avuze.