ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 23:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ng’ubu ubutumwa bwerekeye Tiro+:

      Nimuboroge mwa mato* y’i Tarushishi+

      kuko ikivuko catikijwe. Nta wushobora kwinjirayo.

      Iyo nkuru bayumvise ivuye mu gihugu ca Kitimu+.

  • Yesaya 23:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Maramara Sidoni we, wa gisagara gikomeye cubatswe ku kiyaga,

      kubera ko ikiyaga cavuze giti:

      «Sinagize ububabare bwo kwibaruka, kandi sinibarutse.

      Sinareze abahungu canke abakobwa*+.»

  • Yeremiya 25:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Nuko ntora ico gikombe mu kuboko kwa Yehova hanyuma ndakinywesha amahanga yose Yehova yandungitseko+.

  • Yeremiya 25:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 abami bose b’i Tiro, abami bose b’i Sidoni+, abami bo mw’izinga riri mu kiyaga,

  • Yeremiya 27:2, 3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Maze Yeremiya avuga ati: «Yehova yambwiye ati: “Nurondere imigozi n’ibiti vyo kwikoreza imizigo*, hanyuma ubishire kw’izosi. 3 Uheze ubirungikire umwami wa Edomu+, uwa Mowabu+, uw’Abamoni+, uw’i Tiro+ n’uw’i Sidoni+, ubirungikane intumwa zaje i Yeruzalemu kuraba Zedekiya umwami w’Ubuyuda.

  • Ezekiyeli 28:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 «Mwana w’umuntu, hindukiza amaso urabe i Sidoni+, uvuge ubuhanuzi bw’ibizohashikira.

  • Yoweli 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Ewe Tiro, Sidoni, namwe turere twose tw’Ubufilisitiya,

      mweho dupfa iki?

      Hari ico nabakoreye ku buryo mushaka kunyihora?

      Nimba muriko muranyihora,

      ukwihora kwanyu nzogusubiza ku mitwe yanyu ningoga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika