Yesaya 51:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ewe kuboko kwa Yehova+,ikangure, ikangure wambare inkomezi! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu bihe* vyahise. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu*+,ugacumita rwa rukoko rwo mu mazi+? 10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, ugakamya amazi y’ibenga amahero+? Si wewe waciye inzira ibwina mu kiyaga ngo abacunguwe bajabuke+? Ezekiyeli 29:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Vuga uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ehe ngira nkurwanye, ewe Farawo mwami wa Misiri+,wewe rukoko rwo mu mazi rwiryamiye mu migende y’uruzi rwaco Nili*+.Wewe wavuze ngo: “Uruzi rwanje Nili ni rwanje, kandi ni je narwishiriyeho+.”
9 Ewe kuboko kwa Yehova+,ikangure, ikangure wambare inkomezi! Ikangure nko mu misi ya kera, nko mu bihe* vyahise. Mbega si wewe wavunaguye Rahabu*+,ugacumita rwa rukoko rwo mu mazi+? 10 Mbega si wewe wakamije ikiyaga, ugakamya amazi y’ibenga amahero+? Si wewe waciye inzira ibwina mu kiyaga ngo abacunguwe bajabuke+?
3 Vuga uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ehe ngira nkurwanye, ewe Farawo mwami wa Misiri+,wewe rukoko rwo mu mazi rwiryamiye mu migende y’uruzi rwaco Nili*+.Wewe wavuze ngo: “Uruzi rwanje Nili ni rwanje, kandi ni je narwishiriyeho+.”