ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 8
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe: ibirimwo

      • Agashashara kagira indwi kamaturwa (1-6)

      • Inzumbete zine za mbere zivuzwa (7-12)

      • Ivyago bitatu bitangazwa (13)

Ivyahishuwe 8:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 6:1
  • +Ivh 5:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 31-32

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 129-131

Ivyahishuwe 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 15:1

Ivyahishuwe 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:1, 3
  • +Ivh 5:8
  • +Ivh 9:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 129-131

Ivyahishuwe 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 141:2; Lk 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 129-131

Ivyahishuwe 8:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:16; Ivh 4:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 31-32

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 131-132

Ivyahishuwe 8:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 8:7, 8, 10, 12; 9:1, 13; 11:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 132

Ivyahishuwe 8:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:2
  • +Kv 9:23-25; Zb 97:3, 5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 133-134

Ivyahishuwe 8:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 17:12, 13; 57:20
  • +Kv 7:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 134-136

Ivyahishuwe 8:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «c’imeri.» Imeri ni ubwato bunini.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:1, 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 134-136

Ivyahishuwe 8:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku mariba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:1, 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 136-138

Ivyahishuwe 8:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «Bamba.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 5:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 136-139

Ivyahishuwe 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:1, 8
  • +Kv 10:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 138-141

Ivyahishuwe 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 9:12; 11:14
  • +Ivh 8:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 141

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 8:1Ivh 6:1
Ivyah. 8:1Ivh 5:1
Ivyah. 8:2Ivh 15:1
Ivyah. 8:3Kv 30:1, 3
Ivyah. 8:3Ivh 5:8
Ivyah. 8:3Ivh 9:13
Ivyah. 8:4Zb 141:2; Lk 1:10
Ivyah. 8:5Kv 19:16; Ivh 4:5
Ivyah. 8:6Ivh 8:7, 8, 10, 12; 9:1, 13; 11:15
Ivyah. 8:7Ivh 16:2
Ivyah. 8:7Kv 9:23-25; Zb 97:3, 5
Ivyah. 8:8Yes 17:12, 13; 57:20
Ivyah. 8:8Kv 7:20
Ivyah. 8:9Ivh 16:1, 3
Ivyah. 8:10Ivh 16:1, 4
Ivyah. 8:11Am 5:7
Ivyah. 8:12Ivh 16:1, 8
Ivyah. 8:12Kv 10:22
Ivyah. 8:13Ivh 9:12; 11:14
Ivyah. 8:13Ivh 8:2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ivyahishuwe 8:1-13

Ivyahishuriwe Yohani

8 Amatuye+ agashashara kagira indwi+, mw’ijuru haca haba agacerere nk’igice c’isaha. 2 Nca mbona ba bamarayika indwi+ bahagarara imbere y’Imana, maze bahabwa inzumbete indwi.

3 Haza uwundi mumarayika afise icotezo c’inzahabu kijamwo imibavu, maze ahagarara iruhande y’igicaniro+. Ahabwa imibavu myinshi+ kugira ayishikane ku gicaniro c’inzahabu+ kiri imbere ya ya ntebe y’ubwami, mu gihe amasengesho y’aberanda bose yariko arumvikana. 4 Umwotsi w’imibavu iri mu kuboko kwiwe uca uduga imbere y’Imana, uri kumwe n’amasengesho+ y’aberanda. 5 Ubwo nyene uwo mumarayika aca atora ca cotezo, acuzuza umuriro akuye kuri ca gicaniro maze agiterera kw’isi. Haca humvikana imituragaro n’amajwi, haba n’imiravyo+ na nyamugigima. 6 Ba bamarayika indwi bafise inzumbete indwi+ baca bitegurira kuzivuza.

7 Uwa mbere avuza urumbete rwiwe. Haca haduka urubura n’umuriro bivanze n’amaraso maze bitererwa kw’isi+. Ica gatatu c’isi, ica gatatu c’ibiti hamwe n’ivyatsi bitoto vyose bica birasha+.

8 Umumarayika wa kabiri avuza urumbete rwiwe. Ikintu kimeze nk’umusozi munini waka umuriro gica gitererwa mu kiyaga+. Ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso+, 9 ica gatatu c’ibinyabuzima biri mu kiyaga kirapfa+, ica gatatu c’amato* na co kiramenagurika.

10 Umumarayika wa gatatu avuza urumbete rwiwe. Ikinyenyeri kinini caka nk’itara gica kirakoroka kivuye mw’ijuru, kigwa ku ca gatatu c’inzuzi no ku masoko* y’amazi+. 11 Ico kinyenyeri citwa Mururazi*. Ica gatatu c’amazi gica gihinduka umururazi, kandi abantu benshi barishwe n’ayo mazi, kuko yari yahindutse umururazi+.

12 Umumarayika wa kane avuza urumbete rwiwe. Ica gatatu c’izuba+, ica gatatu c’ukwezi n’ica gatatu c’inyenyeri bica bihinduka umwiza, kugira ngo ica gatatu cavyo kibe umwiza+, ica gatatu c’umurango kibure umuco, n’ica gatatu c’ijoro kibe ukwo nyene.

13 Maze mbona inkona iguruka mu kirere, kandi numva isemerera n’ijwi rirenga iti: «Baragowe, baragowe, baragowe+ ababa kw’isi, kubera amajwi y’inzumbete zisigaye ba bamarayika batatu bagira bavuze+!»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika