ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 82
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Akamo ko guca urubanza rugororotse

        • Imana ica imanza hagati «y’abameze nk’imana» (1)

        • «Nimuburanire abantu batobato» (3)

        • «Muri imana» (6)

Zaburi 82:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1

Zaburi 82:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mw’ikoraniro rya wa Mweranda.»

  • *

    Canke «hagati y’imana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 19:6
  • +Kv 18:21, 22; Zb 82:6; Yoh 10:34, 35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 11

Zaburi 82:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:15; Ums 5:8
  • +Gus 1:16, 17; 2Ng 19:7; Img 18:5

Zaburi 82:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nimucire imanza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:17
  • +Yr 22:3

Zaburi 82:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 3:1
  • +Zb 11:3; Img 29:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 12

Zaburi 82:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mumeze nk’Imana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 10:34, 35; 1Kr 8:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 11

Zaburi 82:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:12
  • +Zb 146:3, 4

Zaburi 82:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 82:akajambo k’intangamarara1Ng 25:1
Zab. 82:12Ng 19:6
Zab. 82:1Kv 18:21, 22; Zb 82:6; Yoh 10:34, 35
Zab. 82:2Lw 19:15; Ums 5:8
Zab. 82:2Gus 1:16, 17; 2Ng 19:7; Img 18:5
Zab. 82:3Gus 24:17
Zab. 82:3Yr 22:3
Zab. 82:5Mik 3:1
Zab. 82:5Zb 11:3; Img 29:4
Zab. 82:6Yoh 10:34, 35; 1Kr 8:5
Zab. 82:7Zb 49:12
Zab. 82:7Zb 146:3, 4
Zab. 82:8Zb 96:13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 82:1-8

Zaburi

Ni zaburi ya Asafu+.

82 Imana ifashe icicaro mw’ikoraniro ryeranda*+.

Ica imanza hagati y’abameze nk’imana*+, ikavuga iti:

 2 «Muzogeza ryari guca imanza zigoramye+

no kugirira nkunzi ababisha+? (Sela*)

 3 Nimuburanire* umuntu mutomuto n’impfuvyi+.

Nimutunganirize uwutagira gitabara na ntahonikora+.

 4 Nimutabare abantu batobato n’abakene,

mubarokore mu maboko y’ababisha.»

 5 Nta na kimwe bazi, nta na kimwe batahura+.

Bagendera mu mwiza.

Imishinge yose y’isi iranyiganyiga+.

 6 «Navuze nti: “Muri imana*+,

mwese muri abana b’Imana Musumbavyose.

 7 Ariko muzopfa nk’uko abantu bapfa+,

kandi muzogwa nk’uko abandi baganwa bagwa+.”»

 8 Ewe Mana, haguruka ucire urubanza isi+,

kuko amahanga yose ari rwawe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika