ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 17
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Kuvayo: ibirimwo

      • Bidoga kubera babuze amazi i Horebu (1-4)

      • Amazi ava mu gitandara c’ibuye (5-7)

      • Abamaleki batera maze bagatsindwa (8-16)

Kuvayo 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 33:12
  • +Gh 33:2
  • +Gh 33:14

Kuvayo 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 5:19, 21; Gh 14:2, 3; 20:3
  • +Gh 14:22; Zb 78:18, 22; 106:14

Kuvayo 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:2, 3

Kuvayo 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:20

Kuvayo 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:8; Gus 8:14, 15; Neh 9:15; Zb 78:15; 105:41; 1Kr 10:1, 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2018, rup. 13-14

Kuvayo 17:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «kugerageza», «ikigeragezo.»

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «gushwana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:22
  • +Zb 81:7
  • +Gus 6:16; Zb 95:8, 9; Heb 3:8, 9

Kuvayo 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:12
  • +Gus 25:17; 1Sm 15:2

Kuvayo 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2002, rup. 9

Kuvayo 17:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 11:15
  • +Kv 24:13, 14

Kuvayo 17:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Amaleki n’abantu biwe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 11:12

Kuvayo 17:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kugira bize bibe icibutso.»

  • *

    Canke «munsi y’ijuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 24:20; Gus 25:19; 1Ng 4:42, 43

Kuvayo 17:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Iryo zina risobanura ngo «Yehova ni ikimenyetso canje.»

Kuvayo 17:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ukuboko kw’Abamaleki.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Ya.» «Ya» ni impfunyapfunyo y’izina «Yehova.»

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 19:1
  • +1Sm 15:20; Est 9:24

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Kuv. 17:1Gh 33:12
Kuv. 17:1Gh 33:2
Kuv. 17:1Gh 33:14
Kuv. 17:2Kv 5:19, 21; Gh 14:2, 3; 20:3
Kuv. 17:2Gh 14:22; Zb 78:18, 22; 106:14
Kuv. 17:3Kv 16:2, 3
Kuv. 17:5Kv 7:20
Kuv. 17:6Gh 20:8; Gus 8:14, 15; Neh 9:15; Zb 78:15; 105:41; 1Kr 10:1, 4
Kuv. 17:7Gus 9:22
Kuv. 17:7Zb 81:7
Kuv. 17:7Gus 6:16; Zb 95:8, 9; Heb 3:8, 9
Kuv. 17:8It 36:12
Kuv. 17:8Gus 25:17; 1Sm 15:2
Kuv. 17:9Gh 11:28
Kuv. 17:10Yos 11:15
Kuv. 17:10Kv 24:13, 14
Kuv. 17:13Yos 11:12
Kuv. 17:14Gh 24:20; Gus 25:19; 1Ng 4:42, 43
Kuv. 17:16Ivh 19:1
Kuv. 17:161Sm 15:20; Est 9:24
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Kuvayo 17:1-16

Kuvayo

17 Ishengero ryose ry’Abisirayeli riva mu bugaragwa bwa Sini+, bagenda baragira urugendo rutoruto bisunze ivyo Yehova ababwira+. Baraheza bashinga amahema i Refidimu+, ariko basanga nta mazi yo kunywa ahari.

2 Abantu baca batangura gushwanira Musa+, bamubwira bati: «Duhe amazi yo kunywa!» Musa abishura ati: «Kubera iki munshwanira? Kubera iki muguma mugeza Yehova+?» 3 Ariko abantu bari banyotewe cane. Nuko baguma bidogera Musa+, bamubwira bati: «Wadukuriye iki mu Misiri? Washaka kutwicisha inyota, twe n’abana bacu n’ibitungwa vyacu?» 4 Amaherezo, Musa atakambira Yehova ati: «Aba bantu ndabagire gute? Hasigaye gatoyi bakanyicisha amabuye!»

5 Yehova aca abwira Musa ati: «Rengana uje imbere y’abantu, ujane n’abashingantahe bakeyi bo muri Isirayeli, ugende ufise na ya nkoni wakubita mu ruzi Nili+. Yifate mu ntoke ugende. 6 Nza kuba mpagaze imbere yawe hariya ku gitandara i Horebu. Uze gukubita igitandara, na co gica kivamwo amazi hanyuma abantu banywe+.» Musa aca abikora gutyo nyene imbere y’abashingantahe bo muri Isirayeli. 7 Aho hantu aca ahita Masa*+ na Meriba*+ kubera Abisirayeli bamushwaniye no kubera bagerageje Yehova+, bakavuga ngo: «Yehova turi kumwe canke ntituri kumwe?»

8 Hanyuma Abamaleki+ baza gutera Abisirayeli i Refidimu+. 9 Musa aca abwira Yosuwa+ ati: «Tora abagabo ugende kurwanya Abamaleki. Ejo nzohagarara hejuru ku musozi mfise ya nkoni y’Imana y’ukuri mu kuboko.» 10 Yosuwa aca akora ivyo Musa amubwiye+, aja kurwanya Abamaleki. Musa, Aroni na Huru+ baca baduga hejuru ku musozi.

11 Igihe cose amaboko ya Musa yaba ari hejuru, Abisirayeli baranesha, ariko ayamanuye gusa, Abamaleki baca babanesha. 12 Amaboko ya Musa atanguye kuruha, baca bafata ibuye barishira munsi yiwe, na we aryicarako. Hanyuma Aroni na Huru basegura amaboko yiwe, umwe hirya uwundi hino. Amaboko yiwe aca aguma hejuru gushika izuba rirenze. 13 Nuko Yosuwa atsinda Abamaleki* akoresheje inkota+.

14 Maze Yehova abwira Musa ati: «Andika ibi mu gitabu kugira abantu baze bavyibuke*, kandi ubisubiriremwo Yosuwa uti: “Nzofuta Abamaleki kw’isi* ku buryo ata wuzosubira kubibuka+.”» 15 Musa aca yubaka igicaniro, acita Yehova-Nisi*. 16 Avuga ati: «Ko Abamaleki* bihanze kurwanya intebe y’Ubwami ya Yehova*+, Yehova na we azorwana na bo uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika