ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 70
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Gusaba gutabarwa ningoga

        • «Nyaruka untabare» (5)

Zaburi 70:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:13-17

Zaburi 70:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:11; Int 3:25

Zaburi 70:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:22
  • +Zb 141:1
  • +Zb 18:2
  • +Zb 13:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 70:1Zb 40:13-17
Zab. 70:4Zb 5:11; Int 3:25
Zab. 70:5Zb 109:22
Zab. 70:5Zb 141:1
Zab. 70:5Zb 18:2
Zab. 70:5Zb 13:3
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 70:1-5

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi. Ni zaburi ya Dawidi igenewe kwibutsa.

70 Ewe Mana, nundokore.

Nyaruka untabare Yehova+.

 2 Abo bose barondera ubuzima bwanje,

nibamaramare, barye ivyatsi.

Abo bose bahimbarwa n’ivyago vyanje,

nibasubire inyuma bishwe n’ibimaramare.

 3 Abo bose bantwengera mw’ijigo,

nibasubire inyuma kubera ibimaramare.

 4 Ariko abo bose bakurondera,

nibigine, banezerwe kubera wewe+.

Ese abakunda ubukiriro utanga bokwama bavuga bati:

«Imana nishemezwe!»

 5 Ariko jewe ndi umukene atagira gitabara+.

Ewe Mana, nyaruka untabare+.

Ni wewe mutabazi wanje n’umurokozi wanje+.

Ewe Yehova, nyaruka umfashe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika