ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 103
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • «Ngira nshemeze Yehova»

        • Imana ishira kure ibicumuro vyacu (12)

        • Imana ifise imbabazi nk’iz’umuvyeyi (13)

        • Imana iribuka ko turi umukungugu (14)

        • Intebe y’ubwami ya Yehova n’ubwami bwiwe (19)

        • Abamarayika barashitsa ijambo ry’Imana (20)

Zaburi 103:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:2; Zb 105:5

Zaburi 103:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 12:13; Yes 43:25
  • +Kv 15:26; Zb 41:3; 147:3; Yes 33:24; Yak 5:15; Ivh 21:4

Zaburi 103:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu mva.»

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 56:13
  • +Mik 7:18

Zaburi 103:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 23:5; 65:4
  • +Zb 51:12; Yes 40:31

Zaburi 103:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:8
  • +Zb 12:5; Img 22:22, 23; Yak 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2004, rup. 15

Zaburi 103:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:4; Gh 12:8
  • +Zb 147:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2004, rup. 15

Zaburi 103:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubuntu.»

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:7; Yak 5:11
  • +Kv 34:6; Yw 2:13; Yon 4:2

Zaburi 103:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:5
  • +Yes 57:16

Zaburi 103:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:31
  • +Ezr 9:13; Zb 130:3; Yes 55:7

Zaburi 103:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:17; Yes 55:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    8/2016, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 13

Zaburi 103:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:21, 22; Yes 43:25; Yr 31:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    8/2016, rup. 5

    Niwiyegereze, rup. 262-263

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 13

    1/7/2003, rup. 17

Zaburi 103:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:38; Yes 49:15; Mal 3:17; Yak 5:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 40

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    8/2016, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 13

Zaburi 103:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:39
  • +It 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 40

    Niwiyegereze, rup. 261

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 13

    1/12/1997, rup. 20-21

Zaburi 103:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 90:5, 6; 1Pt 1:24
  • +Yb 14:1, 2

Zaburi 103:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ahantu haryo ntihasubira kurimenya.»

Zaburi 103:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

  • *

    Canke «kuva ibihe bidahera gushika ibihe bidahera.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:50
  • +Kv 20:6

Zaburi 103:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Gus 7:9; Zb 25:10

Zaburi 103:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:6; Yes 66:1
  • +Zb 47:2; 145:13; Dn 4:25

Zaburi 103:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:10
  • +2Bm 19:35; Lk 1:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

Zaburi 103:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:19; Zb 148:2; Lk 2:13, 14
  • +Mt 13:41; Heb 1:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 103:2Gus 8:2; Zb 105:5
Zab. 103:32Sm 12:13; Yes 43:25
Zab. 103:3Kv 15:26; Zb 41:3; 147:3; Yes 33:24; Yak 5:15; Ivh 21:4
Zab. 103:4Zb 56:13
Zab. 103:4Mik 7:18
Zab. 103:5Zb 23:5; 65:4
Zab. 103:5Zb 51:12; Yes 40:31
Zab. 103:6Zb 9:8
Zab. 103:6Zb 12:5; Img 22:22, 23; Yak 5:4
Zab. 103:7Kv 24:4; Gh 12:8
Zab. 103:7Zb 147:19
Zab. 103:8Yes 55:7; Yak 5:11
Zab. 103:8Kv 34:6; Yw 2:13; Yon 4:2
Zab. 103:9Zb 30:5
Zab. 103:9Yes 57:16
Zab. 103:10Neh 9:31
Zab. 103:10Ezr 9:13; Zb 130:3; Yes 55:7
Zab. 103:11Zb 103:17; Yes 55:9
Zab. 103:12Lw 16:21, 22; Yes 43:25; Yr 31:34
Zab. 103:13Zb 78:38; Yes 49:15; Mal 3:17; Yak 5:15
Zab. 103:14Zb 78:39
Zab. 103:14It 2:7
Zab. 103:15Zb 90:5, 6; 1Pt 1:24
Zab. 103:15Yb 14:1, 2
Zab. 103:17Lk 1:50
Zab. 103:17Kv 20:6
Zab. 103:18Kv 19:5; Gus 7:9; Zb 25:10
Zab. 103:192Ng 20:6; Yes 66:1
Zab. 103:19Zb 47:2; 145:13; Dn 4:25
Zab. 103:20Dn 7:10
Zab. 103:202Bm 19:35; Lk 1:19
Zab. 103:211Bm 22:19; Zb 148:2; Lk 2:13, 14
Zab. 103:21Mt 13:41; Heb 1:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 103:1-22

Zaburi

Ni zaburi ya Dawidi.

103 Ngira nshemeze Yehova.

Ngira nshemeze izina ryiwe ryeranda n’umutima wanje wose.

 2 Ngira nshemeze Yehova.

Ese ntopfa nibagiye ivyo yankoreye vyose+!

 3 Aguharira amakosa yawe yose+,

akagukiza indwara zawe zose+.

 4 Akura ubuzima bwawe mu cobo*+,

akakwambika urugori rw’ubuntu* n’imbabazi+.

 5 Aguhunda ivyiza+ ubuzima bwawe bwose,

ku buryo inkomezi zawe ziguma ziyubura nk’iz’inkona+.

 6 Yehova akora ibigororotse+ n’ibitunganye

ku bw’abo bose bacinyizwa+.

 7 Yamenyesheje inzira ziwe Musa+,

amenyesha ibikorwa vyiwe bene Isirayeli+.

 8 Yehova ni Imana y’imbabazi n’impuhwe*+,

iteba gushavura kandi yuzuye urukundo*+.

 9 Ntaguma atorana amahinyu+,

kandi ntabika inzika ibihe vyose+.

10 Ntadukorera ibihuye n’ibicumuro vyacu+,

kandi ntatwishura ibikwiranye n’amakosa yacu+.

11 Nk’uko ijuru riri kure cane y’isi,

ni ko n’urukundo* akunda abamutinya ari rwinshi+.

12 Nk’uko ubuseruko buri kure cane y’uburengero,

ni ko ashira kure cane amakosa yacu+.

13 Nk’uko umuvyeyi agirira imbabazi abana biwe,

ni ko Yehova agirira imbabazi abamutinya+.

14 Kuko azi neza ingene turemwe+,

aribuka ko turi umukungugu+.

15 Imisi y’umuntu imeze nk’iy’ivyatsi bitoto+.

Ashurika nk’ishurwe ryo mw’ishamba+.

16 Iyo umuyaga uriciyeko rica rikamangana,

rikamera nk’aho ritigeze ribaho*.

17 Ariko urukundo* rwa Yehova rwamaho ibihe vyose*

kuri abo bose bamutinya+,

kandi ubugororotsi bwiwe bwamaho ku babakomokako+,

18 ku bubahiriza isezerano ryiwe+

no ku bitwararika kugamburuka ivyagezwe vyiwe.

19 Yehova yarashimangiye intebe yiwe y’ubwami mw’ijuru+,

kandi ubwami bwiwe buganza ibintu vyose+.

20 Shemeza Yehova, yemwe bamarayika biwe mwese+ mukomeye cane,

mwebwe mugamburuka ijwi ryiwe, mugashitsa ijambo ryiwe+.

21 Shemeza Yehova, yemwe ngabo ziwe mwese+,

mwebwe abasuku biwe mukora ukugomba kwiwe+.

22 Shemeza Yehova, yemwe biremwa vyiwe mwese,

mumushemeze ahantu hose aganza.

Reka nshemeze Yehova n’umutima wanje wose!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika