IVYAKOZWE
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Kuri Tewofile (1-5)
Ivyabona gushika ku mpera z’isi (6-8)
Yezu aduga mw’ijuru (9-11)
Abigishwa bakoranira hamwe bunze ubumwe (12-14)
Matiyasi atorwa ngo asubirire Yuda (15-26)
2
Impwemu isukwa ku bigishwa kuri Pentekoti (1-13)
Ijambo Petero yashikirije (14-36)
Ingene amasinzi yakiriye ivyo Petero yashikirije (37-41)
Ingene abakirisu bafatana mu nda (42-47)
3
4
Petero na Yohani bafatwa (1-4)
Petero na Yohani barengutswa imbere y’Inama nkuru (5-22)
Basenga basaba ubutinyutsi (23-31)
Abigishwa basangira ivyo batunze (32-37)
5
Ananiya na Safira (1-11)
Intumwa zikora ibitangaza vyinshi (12-16)
Bapfungwa maze bakarekurwa (17-21a)
Basubira kurengutswa imbere y’Inama nkuru (21b-32)
Impanuro ya Gamaliyeli (33-40)
Bamenyesha inkuru nziza inzu ku nzu (41, 42)
6
7
8
Sawuli ahama abakirisu (1-3)
Filipo aroranirwa i Samariya (4-13)
Petero na Yohani barungikwa i Samariya (14-17)
Simoni agerageza kugura impwemu nyeranda (18-25)
Inkone y’Umunyetiyopiya (26-40)
9
Sawuli aja i Damasiko (1-9)
Ananiya arungikwa gufasha Sawuli (10-19a)
Sawuli amenyesha ivyerekeye Yezu i Damasiko (19b-25)
Sawuli aja i Yeruzalemu (26-31)
Petero akiza Eneya (32-35)
Doruka azurwa (36-43)
10
Koruneliyo yerekwa (1-8)
Petero yerekwa ibikoko bihumanuwe (9-16)
Petero aja kwa Koruneliyo (17-33)
Petero abwira inkuru nziza abanyamahanga (34-43)
Abanyamahanga baronka impwemu maze bakabatizwa (44-48)
11
Petero abwira intumwa ivyabaye (1-18)
Barunaba na Sawuli i Antiyokiya muri Siriya (19-26)
Agabo amenyesha ko hazotera inzara (27-30)
12
Yakobo yicwa. Petero apfungwa (1-5)
Petero abohorwa ku gitangaro (6-19)
Herodi akubitwa n’umumarayika (20-25)
13
Barunaba na Sawuli barungikwa kuba abamisiyonari (1-3)
Igikorwa bakoreye i Shipure (4-12)
Ijambo Pawulo yavugiye i Antiyokiya muri Pisidiya (13-41)
Itegeko ryo kuja kubwira amahanga (42-52)
14
Haba iyongerekana n’uruhamo muri Ikoniyo (1-7)
Pawulo na Barunaba bafatwa nk’imana i Lusitira (8-18)
Pawulo aterwa amabuye, akarokoka (19, 20)
Bakomeza amashengero (21-23)
Basubira i Antiyokiya muri Siriya (24-28)
15
I Antiyokiya havyuka ibihari bijanye no kugenyerwa (1, 2)
Ico kibazo kijanwa i Yeruzalemu (3-5)
Abakurambere n’intumwa bakoranira hamwe (6-21)
Ikete rivuye ku nama nyobozi (22-29)
Amashengero aremeshwa n’ikete yandikiwe (30-35)
Pawulo na Barunaba batandukana (36-41)
16
Pawulo atora Timoteyo (1-5)
Pawulo yerekwa Umunyamasedwane (6-10)
I Filipi, Lidiya aba umukirisu (11-15)
Pawulo na Silasi bapfungwa (16-24)
Umurinzi w’ibohero n’abo mu rugo rwiwe babatizwa (25-34)
Pawulo asaba ko abamurenganije basaba imbabazi (35-40)
17
Pawulo na Silasi i Tesalonika (1-9)
Pawulo na Silasi i Beroya (10-15)
Pawulo i Atene (16-22a)
Pawulo ashikiriza ijambo muri Areyopago (22b-34)
18
Igikorwa Pawulo yakoreye i Korinto (1-17)
Asubira i Antiyokiya muri Siriya (18-22)
Pawulo aja i Galatiya n’i Firijiya (23)
Apolo afashwa (24-28)
19
Pawulo i Efeso. Abigishwa basubira kubatizwa (1-7)
Pawulo yigisha (8-10)
Araroranirwa naho hariyo amadayimoni (11-20)
Haduka akaguma i Efeso (21-41)
20
Pawulo i Masedwane no mu Bugiriki (1-6)
Eyutiko azurwa i Tirowa (7-12)
Pawulo ava i Tirowa aja i Mileto (13-16)
Pawulo abonana n’abakurambere b’i Efeso (17-38)
21
Pawulo aja i Yeruzalemu (1-14)
Ashika i Yeruzalemu (15-19)
Pawulo akurikiza impanuro ahawe n’abakurambere (20-26)
Haduka akaguma mu rusengero. Pawulo afatwa (27-36)
Pawulo yemererwa kugira ico abwiye isinzi (37-40)
22
23
Pawulo avugira imbere y’Inama nkuru (1-10)
Pawulo akomezwa n’Umukama (11)
Umugambi wo kwica Pawulo (12-22)
Pawulo arungikwa i Sezariya (23-35)
24
25
Pawulo arengutswa imbere ya Fesito (1-12)
Fesito agisha inama umwami Agiripa (13-22)
Pawulo imbere ya Agiripa (23-27)
26
Pawulo yiregura imbere ya Agiripa (1-11)
Pawulo asigura ukuntu yahindutse (12-23)
Ivyo Fesito na Agiripa bavuze (24-32)
27
Pawulo afata ubwato akaja i Roma (1-12)
Ubwato bukubitwa n’igihuhusi (13-38)
Ubwato bumenagurika (39-44)
28
Bashika ku nkengera y’izinga ryitwa Malita (1-6)
Pawulo akiza se wa Pubiliyo (7-10)
Pawulo aja i Roma (11-16)
Pawulo avugana n’Abayuda b’i Roma (17-29)
Amara imyaka ibiri avuga inkuru nziza n’ubutinyutsi (30, 31)