Ibirimwo
Ndamukiza 2015
© 2015 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
RABA IBINDI KURI INTERNET
IBIGANIRO
Iki kiganiro cogufasha gusuzuma ibigize udukino twa videwo be n’umwanya umara udukina.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA)
AMAVIDEWO
Raba ako kavidewo k’abana, ubone ingene Soniya yiga kwihanganira amakosa ya musazawe.
(Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA)