ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • le rup. 9-10
  • Imana irandura isi mbi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Imana irandura isi mbi
  • Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!
  • Ivyo bijanye
  • Igice ca 5
    Niwumvirize Imana
  • Ubwato bwa Nowa
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Abantu umunani ni bo barokotse
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Nowa Abāza Ubwato
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
Ibindi
Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!
le rup. 9-10

Imana irandura isi mbi

18 Uruvyaro rwa Adamu rurongerekana ariko rumogoreye gukora ikibi. Imana rero ifata ingingo yo kuruhonya.—Itanguriro 6:1, 5, 7

19 Ariko hāriho umuntu umwe w’intungane yitwa Nowa.—Itanguriro 6:8, 9

Imana Yehova imubwira kubaza ubgato bunini cane, bgo kumurokora we n’umuryango wiwe igihe inkozi z’ibibi zose zotikijwe. Ubgo bgato bgari bumeze nk’igisandugu c’amahero. babwita ngo ni ubgato bga Nowa.—Itanguriro 6:13, 14

20 Binjiza ibikōko vyinshi muri ubwo bwato.—Itanguriro 6:19-21

21 Yehova yāgwishije kw’isi imvura y’isegenya. Abanyakibi bose barayogeye. Abāri mu bwato bārarokotse. Urazi igituma?—Itanguriro 6:17; 7:11, 12, 21; 1 Petero 3:10-12

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika