Gufata ingingo
Ni ibiki vyodufasha gufata ingingo nziza?
Zb 1:1-3; Img 19:20; Rm 14:13; 1Kr 10:6-11
Raba kandi Ezr 7:10
Kubera iki tudakwiye kwihuta igihe dufata ingingo zihambaye?
Kubera iki twokwirinda gufata ingingo twisunze umutima wacu udatunganye?
Raba kandi Gh 15:39; Img 14:12; Ums 11:9, 10
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
2Ng 35:20-24—Wa mwami mwiza Yosiya yaranse kwumvira impanuro ivuye kuri Yehova, aja gutana mu mitwe na Farawo Neko
Kubera iki isengesho rihambaye igihe dufata ingingo zikomeye?
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
Lk 6:12-16 —Yezu yamaze ijoro ryose asenga imbere yo guhitamwo za ntumwa ziwe 12
2Bm 19:10-20, 35—Igihe umwami Hezekiya yari ahanzwe n’abansi bakomeye, yarituye Yehova mw’isengesho aratabarwa
Uwodufasha gufata ingingo nziza aruta abandi ni nde, kandi adufasha gute?
Zb 119:105; Img 3:5, 6; 2Tm 3:16, 17
Raba kandi Zb 19:7; Img 6:23; Yes 51:4
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
Ivk 15:13-18—Inama nyobozi yo mu kinjana ca mbere yarisunze Ivyanditswe mu gufata ingingo ku kibazo gikomeye
Gufata ingingo ku vyerekeye:
Akazi
Raba «Akazi; ibikorwa»
Gukoresha umwanya
Imice yose y’ubuzima
Imigambi y’ivy’impwemu
Kwivuza
Lw 19:26; Gus 12:16, 23; Lk 5:31; Ivk 15:28, 29
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
Ivk 19:18-20—Abakirisu b’i Efeso baravavanuye n’ivy’ubupfumu n’amageza
Ukwisamaza
Raba «Ukwiruhura»
Umubano w’ababiranye
Raba «Umubano w’ababiranye»
Abasavyi b’Imana bahumuye bodufasha gute gufata ingingo nziza?
Inkuru yo muri Bibiliya yogufasha:
1Bm 1:11-31, 51-53—Batisheba yarumviye impanuro y’umuhanuzi Natani, bituma yikiza akiza n’umuhungu wiwe Salomo
Kubera iki tudakwiye gusaba abandi ngo badufatire ingingo?
Kubera iki dukwiye gushira mu ngiro impanuro z’Imana twivuye inyuma aho kuzisuzugura?
Raba kandi Lk 7:30
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
It 19:12-14, 24, 25—Loti yaragerageje kugabisha abomubereye abakwe ku bijanye n’agatikizo kari kimirije mugabo babifata minenegwe
2Bm 17:5-17—Abisirayeli barajanywe mu bunyagano kubera bagumye banka impanuro za Yehova
Kubera iki dukwiye kwumviriza ivyo ijwi ryacu ryo mu mutima ritubwira igihe dufata ingingo?
Imbere yo gufata ingingo, kubera iki ari vyiza kuzirikana ingaruka iyo ngingo ishobora kuvamwo?
Ingaruka yogira ku bandi
Ingaruka yogira ku bucuti dufitaniye na Yehova
Ingaruka yogira kuri kazoza kacu
Img 6:26-33; 20:21; 23:17, 18
Raba kandi Img 2:20, 21; 5:3-5