ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • scl rup. 109-110
  • Umwidegemvyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Umwidegemvyo
  • Ivyanditswe bidufasha mu buzima
Ivyanditswe bidufasha mu buzima
scl rup. 109-110

Umwidegemvyo

Ni nde wenyene afise umwidegemvyo utagira akarimbi kw’isi no mw’ijuru?

Yes 40:​13, 15; Rm 9:​20, 21

Raba kandi Rm 11:​33-36

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • Dn 4:​29-35—Umwami akomeye Nebukadinezari yaratahuye ko Yehova ari we Mutegetsi aruta bose kandi ko akora ivyo agomba

    • Yes 45:​6-12—Yehova ntakeneye kwisigura ku vyo akora kuko ari we Muremyi

Naho Yehova afise umwidegemvyo utagira akarimbi, ni ibintu bimwebimwe ibihe ahitamwo kudakora?

Gus 32:4; Yb 34:10; Tt 1:2

Raba kandi Rm 9:14

Kubera iki umwidegemvyo wacu uri n’aho ugarukira?

It 1:28; Rm 13:​1, 5, 7; 1Kr 11:3; Heb 13:17

Kubera iki abakirisu birinda gukora ibintu bimwebimwe bafitiye uburenganzira naho bitoba ari bibi?

Mt 7:12; 1Kr 8:13

Kubera iki twovuga ko abasavyi ba Yehova bafise umwidegemvyo mwinshi?

Yoh 8:​31, 32; 2Kr 3:17

Raba kandi Gl 2:4; 4:​25, 26; 5:1

Kubera iki abakorera Imana bahimbawe?

Zb 40:8

  • Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:

    • It 18:3; Heb 11:​8-10—Umusavyi wa Yehova Aburahamu yari afise icizigiro

    • Heb 11:​24-26—Gukorera Yehova vyatumye umuhanuzi Musa agira ubuzima buhimbaye, umwidegemvyo n’icizigiro

Ni ibiki Yehova yatubohoye?

Rm 6:​16-18, 22; 8:2

Kubera iki tudakwiye gukoresha nabi umwidegemvyo twebwe abakirisu dufise?

Gl 5:13; 1Pt 2:16

Urukundo rushobora gute gutuma abakirisu baheba ibintu bimwebimwe bafitiye uburenganzira?

1Kr 9:19; 10:​23, 24, 32, 33; 13:​4, 5

Ni mu buryo ki ubutumwa dushikiriza butanga umwidegemvyo?

Lk 4:18; Yoh 8:​32, 36

Ni umwidegemvyo nyabaki twiteze kuzoronka?

Rm 8:21; Ivy 21:​3, 4

Ni mu buryo ki abakora ivyo bishakiye bacika abashumba?

Yoh 8:34; 2Pt 2:​18-20

Ni ibiki vyerekana ko abantu bose bangana imbere y’Imana?

1Kr 7:22; Gl 3:28; Kl 3:​10, 11

Raba kandi 1Kr 12:13

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika